Mme Victoire Ingabire na Kizito Mihigo baravuga iki kwifungurwa ryabo?
- Venant NKURUNZIZA
- Sep 15, 2018
- 1 min read

Ingabire Victoire na Kizito Mihigo nyuma yo gusohoka mw'ibohero
Twibutseko atari Victoire Ingabire Umuhoza na Kizito Mihigo barekuwe gusa.
Ahubwo abarekuwe bose mu ma gereza atandukanye bagera ku 20140. Bakaba bari bafungiwe mu magereza anyuranye y'u Rwanda. Dore imibare y'abarekuwe bose nkuko bitangazwa Inama y’Abaminitiri kuri uyu wa gatanu ushize tariki ya 14/09/2018:
Bugesera: 23
Nyarugenge: 447
Musanze: 149
Gicumbi: 65
Nyanza: 63
Rubavu: 158
Rwamagana: 455
Nyagatare: 24
Huye: 484
Muhanga: 207
Ngoma: 35
Rusizi: 7
Nyamagabe: 23
Kurikira hano hasi ikiganiro cyose bagiranye n'itangazamakuru nyuma yo kurekurwa:
Comments